Luka 16:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Umusi umwe aramuhamagara, amubaza ati: ‘Ivyo ndakwumvako ni ibiki? Harura ivyo nakujeje ubinsubize, kuko ntukibereye kuzezwa ubutunzi bwanje.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Aramuhamagaza, aramubaza, at’ Ivyo nkwumvako n’ibiki? Harūra igitigiri c’ivyo wabīkijwe, kuk’ utagikwiye kuba umubgiriza wanje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |