Luka 16:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Igihe c’ivyagezwe vya Mose n’abavugishwa cagarukiye kuri Yohana. Kuva ico gihe, ubutumwa bwiza bw’Ubwami bw’Imana buravugwa, kandi abinjira muri ubwo Bwami barabubandanira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Ivyagezwe, bo n’amajambo y’abāvugishwa n’Imana, vyabayeho gushitsa igihe ca Yohana: uhereye ico gihe ubutumwa bgiza bg’ubgami bg’Imana ni ho bgavugiwe, umuntu wese akabubandanira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |