Luka 16:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Na we arababwira ati: “Mwebwe mwigira abagororotsi mu maso y’abantu, ariko Imana irazi imitima yanyu. Kuko ivyo abantu baha agaciro kanini ari ibisesema imbere y’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Arababgira, ati Mwebge mugomba kwiyerekana nk’abagororotse mu maso y’abantu, arikw Imana irazi imitima yanyu: kukw igishizwe hejuru mu bantu ar’ igisesema mu nyonga z’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |