Luka 16:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Nta mukozi n’umwe yoshobora gushimisha abakoresha babiri: agerageje kunezereza umwe, yosanga yababaje uwundi; kandi agerageje kuba umwizigirwa kuri umwe, yosanga yahemukiye uwundi. Nta muntu ashobora gukoreshwa n’Imana ngo yongere akoreshwe n’amahera.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Nta muntu asaba abami babiri; yokwanka umwe, agakunda uwundi, canke yoguma kur’ umwe, akagaya wa wundi. Ntimushobora gusaba Imana n’Itunga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |