Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 15:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Kandi agitoye yohamagara ababanyi n’abagenzi bose, akababwira ati: ‘Nimuze tunezeranwe kuko natoye igiceri canje c’ifeza cari catakaye.’

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Iy’ aribonye, ahamagara incuti ziwe n’ababanyi biwe, akababgira, ati Tunezeranwe, kuko mbonye ihera nari nājimije.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 15:9
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Incuti n’ababanyi bumvise ko Umwami Imana yamugiriye ubuntu, banezeranwa na we.


Ni ko n’abamarayika b’Imana bagira umunezero iyo umunyavyaha umwe yihanye.”


Canke nk’umugore yoba afise ibiceri cumi vy’ifeza, hanyuma kimwe kigatakara, mbega ntiyokwatsa itara, agakubura inzu yose, akakirondera gushika agitoye?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ