Luka 15:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Ashitse i muhira, yoca ahamagara ababanyi n’abagenzi akababwira ati: ‘Nimuze tunezeranwe kuko natoye intama yanje yari yazimiye.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 yashika mu rugo, agahamagara incuti ziwe n’ababanyi biwe, akababgira, ati Tunezeranwe, kuko mbonye intama yanje yari yāzimiye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |