Luka 15:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe29 ariko uwo muhungu aramwishura ati: ‘Data, raba iyi myaka yose maze ndagukorera, numvira amategeko yawe yose. Ariko ntiwigeze umpa n’impene ikiri nto kugira ngo nezeranwe n’abagenzi banje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Maz’ abgira se, ati Rāba iyi myaka ingana irtya ngukorera, nta ho nigeze kwanka ico wangezeko, nanje nta ho wigeze kumpa n’agasuguru, ngo nnezeranwe n’abagenzi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |