Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 15:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

27 Aramwishura ati: ‘Wa muhungu muvukana yagarutse, so aca abaga impfizi ivyibushe, kuko yagarutse akiri muzima.’

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Aramwishura, ati Murumunāwe yaje, so yamubāgiye ya shūri inuze, kukw amubonye agikomeye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 15:27
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Hanyuma arungika abandi bakozi, ababwira ati: ‘Nimugende mubwire abatumiwe ko nateguye amazimano: nabaze impfizi hamwe n’ibindi bitungwa binuze, kandi ibintu vyose biteguye neza. Mubabwire baze ku mazimano y’ubukwe!’


Aca ahamagara umwe mu bakozi amubaza ibiriko biraba.


Wa muhungu mukuru aca arashavura, yanka no kwinjira mu nzu. Se aca arasohoka aja kumuhoyahoya,


Ariko raba uwu muhungu wawe yononeye itunga ryose mu bamaraya, aragarutse uca umubagira impfizi ivyibushe!’


Nuko aza kundaba, ampagarara i ruhande ambwira ati: ‘Sawuli, humuka.’ Ako kanya nyene nca ndahumuka, ndamubona.


Nuko Ananiya aca aja kuri ya nzu arinjira. Arambika ibiganza kuri Sawuli, avuga ati: “Mwene Data Sawuli, Umwami Yesu, uwakwiyeretse uri mu nzira uza, yakuntumyeko kugira ngo uhumuke kandi wuzure Mpwemu Yera.”


atakiri umugurano, ahubwo arengeye umugurano, ari mwene Data w’umukundwa. Ndamukunda cane ariko ndazi ko wewe umukunda kundusha, haba mu buryo bw’umubiri nk’umuvukanyi, canke nka mwene Data mu Mwami wacu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ