Luka 15:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Igihe ivyo vyaba, umuhungu mukuru yari mu murima. Ariko arataha, yegereye i muhira, yumva abacuraranga n’abatamba. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Arik’ umwana wiwe w’imfura yari mu ndimiro; arikw araza, agira ashike ku nzu, yumva inanga n’imihamirizo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |