Luka 15:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Ariko umusi umwe akenge karagaruka, aribwira ati: ‘Kwa data hari abakozi benshi kandi bararya bagasigaza, ariko jeho inzara igira inyicire hano. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Yisubiyemwo, aribgira, at’ Abacangero ba data bangana kuriya, kandi bahāzwa n’ivyo kurya bakabisigaza, nanje jeho inzara irikw iranyicira hano. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |