Luka 15:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Uwo muhungu arasonza gushika aho yipfuza ivyokurya vy’ingurube, ariko na vyo nta n’umwe yabimuha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Yifuza guhāzwa n’ibishishwa ingurube zārya, ntihāgira ūmunūtsa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |