Luka 14:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Muri ico gihe, nyene urubanza azoza akubwire ati: ‘Mubise yicare.’ Maze uzogenda uramaramara kwicara mu kibanza c’inyuma ya bose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 kand’ uwabatoye mwempi akaza akakubgira, ati Habise uyu: ni ho uzomāramāra, ukagenda, ukicara inyuma y’abandi bose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |