Luka 14:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe29 Kuko niyamara kwubaka umushinge hanyuma ntashobore kuyuzuza, abazoyibona bose bazomutwenga, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Ngo kumbure yoba ahejeje kwubaka amatafari y’itanguriro, ntashobore kuwuzuza; ababibonye bose bagatangura kumutwenga, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |