Luka 14:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 “Uwugomba kunkurikira ariko ntiyanke se, canke nyina, canke umugore wiwe, canke abana, canke abo bavukana, ndetse n’ubuzima bwiwe na bwo, ntashobora kuba umwigishwa wanje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 at’ Umuntu ni yaza kuri jewe, ntiyanke se, na nyina, n’umugore wiwe, n’abana biwe, na bene nyina, na bashiki biwe, mbere n’amagara yiwe na yo, ntashobora kuba umwigishwa wanje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |