Luka 14:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Wa mukozi aragaruka abwira shebuja ingene vyagenze. Maze na we arashavura cane, aca amubwira ati: ‘Genda mu mabarabara no mu mayira yo mu gisagara, uzane abakene, abacumbagira, impumyi, hamwe n’ibimuga.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Maze wa mushumba agarutse, abgira shebuja uko vyagenze. Nyen’ urugo araraka, abarira umushumba wiwe, ati Genda n’ingoga, uje mu nzira z’ibihamo no mu nzira nto‐nto zo mu gisagara, uzane hano aboro n’ibirema n’impumyi n’abacumbagira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |