Luka 14:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Ariko nibagutumira, uze uhitemwo icicaro c’inyuma kugira ngo nyene urubanza abe ari we aza akubwire ati: ‘Mugenzi, kaze mu cicaro c’imbere.’ Ico gihe uzoba utewe iteka imbere y’abandi batumire bose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Ariko ni watorwa, ugende, wicare inyuma y’abandi bose, kugira ng’uwagutoye aje, akubgire, at’ Igira ino haruguru mugenzi; ni ho uzobona icubahiro imbere y’abo mwicaranye musangira bose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |