Luka 13:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Aca abarira umukozi yari ajejwe uwo murima ati: ‘Maze imyaka itatu nza kurondera ivyamwa kuri uwu musukoni, ariko singire ico ndonka. Giteme, kuko nta cotuma kibandanya conona isi.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Abgira umukozi w’uruzabibu, ati Rāba, none n’imyaka itatu nza kurondera insukoni kur’ uyu musukoni, sinzibone; uwuce: ugasarira iki aha hantu? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |