Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 13:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Haba na mba! Ariko nimutihana namwe muzohona nka bo.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Ndababgire, Si ko biri; ariko ni mutihana, namwe muzohona murtyo mwese.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 13:5
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Haba na mba! Ariko nimutihana namwe muzohona nka bo.


Canke mwibaza ko bamwe cumi n’umunani bapfa igihe umunara wabagwako i Silowamu bari abanyavyaha kurusha ababa i Yerusalemu bose?


Aca abacira uwu mugani ati: “Umuntu umwe yari afise igiti c’umusukoni giteye mu murima wiwe w’imizabibu. Umusi umwe aja kuraba ko hari icamwa yosangako, arabura.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ