Luka 13:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Canke mwibaza ko bamwe cumi n’umunani bapfa igihe umunara wabagwako i Silowamu bari abanyavyaha kurusha ababa i Yerusalemu bose? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Canke ba bandi cumi n’umunani, abo umutara muremure w’amatafari w’i Silowamu wahomvokeyeko, ukabica, mwiyumvira yuko bārusha abandi b’i Yerusalemu bose kuba abanyabicumuro? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |