Luka 13:35 - Bibiliya mu Kirundi coroshe35 None raba inzu yanyu igiye kuba akahebwe. Ndababwira ukuri ko mutazosubira kumbona kugeza aho muzovugira muti: ‘Hahezagirwe uwuje mw’izina ry’Uhoraho.’” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)35 Rāba, inzu yanyu muyitānywe ar’ umusaka. Kandi ndababgire, Ntimukimbona kugeza aho muzovugira, muti Hashemezwe ūje mw izina ry’Uhoraho. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |