Luka 13:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe33 Uko biri kwose, ntegerezwa kubandanya urugendo rwanje uno musi n’ejo na hirya y’ejo, kuko nta handi umuvugishwa akwiriye kwicirwa atari i Yerusalemu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)33 Ariko nkwiye kugenda uyu musi n’ejo na hirya y’ejo, kuko bidashoboka k’ūvugishwa n’Imana yicwa, atar’ i Yerusalemu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |