Luka 13:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe28 Ni ho hazoba amarira no guhekenya amenyo kubera umubabaro, nimwabona Aburahamu, Isaka na Yakobo n’abavugishwa bose mu Bwami bw’Imana, namwe muterewe hanze. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)28 Aho ni ho hazoba amarira no kuryanya insya z’amenyo, aho muzobonera Aburahamu na Isaka na Yakobo n’abāvugishwa n’Imana bose bari mu bgami bg’Imana, namwe muhindiwe hanze. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |