Luka 13:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Avuze ivyo, abamugwanya bose baramaramara. Ariko abandi bose bari banezerejwe cane n’ibitangaza yariko arakora. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Akivuga ivyo, abamurwanya bose baramāramāra, ishengero ryose rinezererwa ivyiza vy’agahebuza yakora vyose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |