Luka 13:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Umwami Yesu aca arishura ati: “Mwa ndyarya mwe! Ni nde muri mwebwe atozitura inka canke indogoba yiwe mu ruhongore ku musi w’Isabato ngo ayijane kunywa amazi? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Umwami Yesu aramwishura, ati Mwa ndyarya mwe, mbeg’ umuntu wese muri mwebge ntazitura inka yiwe cank’ indogoba yiwe mu ruhongore kw isabato, akayijana, akayishōra? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |