Luka 12:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Mbega utunyoni dutanu ntitugurwa ubusa bw’amahera? Ariko Imana ntiyibagira na kamwe muri two. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Mbeg’ utunyoni dutanu ntitugurwa amakuta abiri? Ariko kamwe muri two ntigahundukwa imbere y’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |