59 Ndakubwire ukuri, ntuzovayo utarishe n’igiceri ca nyuma umuheraniye.”
59 Ndakubgire, Ntuzohava na gatoya, utishuye n’isenge ry’imperēra.
Maze shebuja aca araraka cane, amuta mw’ibohero kugira ngo azoveyo arishe umwenda wiwe wose.
Hanyuma Umwami azohindukira abwire abari i bubamfu bwiwe ati: ‘Mva mu maso mwa bivume mwe, muje mu muriro utazozima wateguriwe Satani n’abamarayika biwe.
Hanyuma bazoca baja mu gihano c’ibihe bidashira, ariko abagororotsi bo bazoja mu bugingo budashira.”
Ndakubwire ukuri, ntuzovayo utarishe n’igiceri ca nyuma umuheraniye.
Ariko umupfakazi umwe araza ashiramwo ibiceri bibiri vy’agaciro gato cane.
Kandi uretse n’ivyo, hagati yacu na wewe hari imanga nini ku buryo ata wushobora kuva ino ngo aze iyo, kandi ata wushobora kuva iyo ngo aze ino.’
Bene Data, birabereye ko dushima Imana ku bwanyu, kuko ukwizera kwanyu kubandanya gukomera, kandi n’urukundo mugiriranira hagati yanyu na rwo rukaba ruguma rugwira.