Luka 12:58 - Bibiliya mu Kirundi coroshe58 Nihagira umuntu aja kukwagiriza ku mucamanza, wihutire kwiyuzuza na we mutarashikayo. Ahandi ho, azogushikana imbere y’umucamanza, hanyuma na we agutange ku mukuru w’ibohero, maze na we agute mw’ibohero. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)58 Ni wajana n’ūkurega muja ku mushingantahe, mukiri mu nzira ushishikare kwikiranura na we, ngo ntagukwegere ku mucamanza, umucamanza akaguha umusoda, akagushira mw ibohero. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |