Luka 12:56 - Bibiliya mu Kirundi coroshe56 Mwa ndyarya mwe, ko mushobora gutahura ibimenyetso vy’ibihe murabiye ku biba kw’isi no kw’ijuru, ni igiki kibabuza gutahura ivy’iki gihe? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)56 Mwa ndyarya mwe, murazi kugendeza isi n’ijuru, n’iki kibabuza kugendeza iki gihe? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |