Luka 12:55 - Bibiliya mu Kirundi coroshe55 Mubonye umuyaga uhuhuse uva mu bumanuko, muca muvuga muti: ‘Hagira haze ubushuhe,’ kandi bica biba uko nyene. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)55 Iyo mubonye umuyaga uturutse i bumanuko mugira ngo Haraba indugumba, kandi ni ko biba. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |