Luka 12:45 - Bibiliya mu Kirundi coroshe45 Ariko vyogenda gute hamwe uwo mukozi yokwibwira mu mutima ati: ‘Databuja yatevye kugaruka,’ hanyuma agatangura gukubita abandi bakozi, akirira, akinywera, akiborererwa? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)45 Arik’ uwo mushumba ni yibgira mu mutima wiwe, ati Databuja aracatevye kuza; maz’ agatangura gukubita abashumba n’incoreke, no kurya no kunywa no kuborerwa, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |