Luka 12:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe39 Mutahure ibi: iyaba nyene inzu yomenye isaha igisuma kizira ko, ntiyokwemera ko kimena inzu yiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)39 Kandi mumenye iki, yukw iyaba nyen’ urugo yar’ asanzwe azi igihe igisuma kiziramwo, yogavye, ntiyokunze kw inzu yiwe yimbga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |