Luka 12:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe38 Harahiriwe abo bakozi shebuja azosanga bagiteramye bamurindiriye, naho yoza mu gicugu canke bugiye guca. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)38 Ni yaza mu gicugu canke mu nkoko, akabasanga artyo, bazoba abahirwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |