Luka 12:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe29 Kandi ntimugashire umutima ku vyo muzorya canke muzonywa; ntimukiganyire kuri ivyo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Kandi ntimukītwaririke ivyo murya n’ivyo munywa, ntimukiganyire. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |