Luka 12:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe28 Nimba Imana yambika gutyo ivyatsi vyo ku misozi, biriho uno musi ariko ejo bikazotererwa mu ziko, mbega ntizorushirizaho kubambika, yemwe ab’ukwizera guke! အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)28 Non’ Imana ko yambika ivyatsi vyo ku misozi irtyo, birih’ uyu musi, ariko nk’ejo bigatererwa mu ziko, mbega ntizorushiriza kubambika, mwebge ab’ ukwizera guke mwe? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |