Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 12:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

24 Nimwitegereze ibikona: ntibibiba kandi ntivyimbura, ntibigira n’ububiko canke ibigega, ariko Imana irabigaburira. None mwebwe ntimuruta cane inyoni?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Ni mwitegereze ibikōna, ingene bitabiba, ntibishwabure, ntibigire ububīko cank’ ikigega, kand’ Imana irabitunga: erega mwebge muruta ibisīga cane.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 12:24
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mweho rero, ntimugire ubwoba; kuko musumvya agaciro utunyoni twinshi.


Afise urutaro rwo kugosora mu minwe, azokubura ikibanza co gusekuriramwo. Ahejeje kugosora azokwegeraniriza ingano mu kigega umuguruka na wo awuturirire mu muriro utazokwigera uzima.”


Nimwitegereze inyoni zo mu kirere: ntizibiba, ntizimbura kandi nta co zegeraniriza mu bigega; ariko So wo mw’ijuru arazigaburira! None mwebwe ntimuziruta cane?


Maze umwami Herode arababara cane, ariko kubera indahiro yarahiye imbere y’abatumire, ntiyashobora kumwankira ico asavye.


Aca yigira inama ati: ‘Reka ndabigenze gutya: ndasambura ibigega vyanje hanyuma nubake ibibiruta. Aho ni ho noronka aho mbika ingano zanje n’ubundi butunzi.


Ubuzima buraruta cane ivyokurya, kandi umubiri uraruta cane ivyambarwa.


Mbere n’imishatsi yo ku mitwe yanyu yaraharuwe yose. Nuko rero ntimutinye, kuko musumvya agaciro utunyoni twinshi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ