Luka 12:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Nibabashengeza mu masinagogi, imbere y’abatware n’abategetsi, ntimuze muhagarikwe imitima n’ivyo muzokwireguza canke muzovuga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Kandi ni bābajana mu masinagogi bakabashīra abakuru n’abaganza, ntimuze muhagarikire imitima ico mwireguza n’ingene mwiregura, n’ico muvuga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |