Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 11:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Ndababwire ukuri, naho atovyuka ngo amuhe iyo mikate kubera ari umugenzi wiwe, yovyuka akamuha ivyo akeneye vyose kubera yashishikaye kumugobera ata dusoni.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Ndababgire: Nah’ atovyurwa n’ukw ar’ incuti yiwe ngw ayimuhe, ariko kukw atagize isoni zo kumuhambira, aravyuka, akamuha ivy’ agomba vyose.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 11:8
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze uwo mugenzi wiwe akamwishura ari mu nzu ati: ‘Nta co ungora, namaze kwugara umuryango kandi twe n’abana banje twamaze kuryama. Sinshobora rero kuvyurwa no kuguha imikate.’


Ariko bene Data, ndabinginga mw’izina ry’Umwami wacu Yesu Kristo no mu rukundo rwa Mpwemu Yera ngo mumfashe kugwana intambara mu masengesho.


Ninginze Umwami Yesu incuro zitatu kugira ngo ayinkuremwo,


Ndashaka ko mumenya ukuntu ndabagwanira intambara ihambaye mwebwe n’ab’i Lawodikiya, hamwe n’abatarigera bambona na rimwe bose.


Epafura, umwe muri mwebwe kandi akaba umukozi wa Kristo Yesu, arabaramutsa. Yama imisi yose abagwanira intambara mu gusenga, kugira ngo muhagarare mushikamye, mukuze mu mpwemu kandi mushize amanga, mwiteguriye gukora ivyo Imana igomba vyose.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ