Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 11:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Umwe mu bagenzi banje arangendeye ubu nyene, kandi singira ico ndamuzimana.’

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 kuko haje incuti yanje ivuye ku rugendo, nanje ntagira ico ndayizimana:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 11:6
2 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yongera ababwira ati: “Dufate ko umwe muri mwebwe afise umugenzi, akaja iwe hagati mw’ijoro, akamubwira ati: ‘Mugenzi, ntabara ungurane imikate itatu.


Maze uwo mugenzi wiwe akamwishura ari mu nzu ati: ‘Nta co ungora, namaze kwugara umuryango kandi twe n’abana banje twamaze kuryama. Sinshobora rero kuvyurwa no kuguha imikate.’


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ