Luka 11:52 - Bibiliya mu Kirundi coroshe52 Muzobona ibara yemwe bigisha b’ivyagezwe kuko mwatwaye urupfunguruzo rwo kumenya Imana. Mwebwe ubwanyu ntimwinjiye mu Bwami, ahubwo mwabujije n’abashaka kwinjira.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)52 Muzobona ibara, abigisha ivyagezwe, kuko mwatwaye urupfunguzo rw’ubgenge: ntimwinjiye ubganyu, n’abāgomba kwinjira mwarababujije. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |