Luka 11:51 - Bibiliya mu Kirundi coroshe51 uhereye ku ya Abeli ugashitsa ku ya Zakariya yiciwe hagati y’igicaniro n’ihema ry’ibonaniro. Ndababwire ukuri, ingaruka z’ayo maraso yose zizoba ku bantu ba kino gihe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)51 uhereye ku maraso ya Abeli, ukageza ku maraso ya Zakariya yīciwe hagati y’igicaniro n’ahēra h’urusengero: ni koko, ndababgire, azoronderwa ku b’iki gihe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |