Luka 11:48 - Bibiliya mu Kirundi coroshe48 Muri ivyabona kandi mwemezanya n’ivyo ba sogokuruza banyu bakoze; bo bishe abavugishwa n’Imana, namwe mububakira imva. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)48 Uko ni ko mwiyagirije, kandi mwemeye ivyo ba sogokuruza banyu bākoze, kukw ari bo bābīshe, namwe mububakira imva. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |