Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 11:47 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

47 Muzobona ibara kuko mwubakira imva z’abavugishwa n’Imana, kandi ari ba sogokuruza banyu babishe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

47 Muzobona ibara, kuko mwubakira imva z’abāvugishwa n’Imana, ba sogokuruza banyu ari bo bābīshe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 11:47
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Muzobona ibara mwa bigisha b’ivyagezwe n’Abafarisayo, kuko muri indyarya! Mumeze nk’imva zera derere; zisa neza inyuma, ariko imbere muri zo huzuyemwo amagufa n’ibindi bintu vyose bihumanye.


Muri ivyabona kandi mwemezanya n’ivyo ba sogokuruza banyu bakoze; bo bishe abavugishwa n’Imana, namwe mububakira imva.


Mwa ntagondwa mwe, imitima yanyu n’amatwi yanyu ntibirakebwa. Mumeze nka ba sogokuruza banyu: mwama mugarariza Mpwemu Yera.


ari bo bishe Umwami Yesu n’abavugishwa, natwe bakatwangaza. Babaye igisesema ku Mana, bongera baba abansi b’abantu bose,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ