Luka 11:46 - Bibiliya mu Kirundi coroshe46 Yesu aramwishura ati: “Namwe bigisha b’ivyagezwe, muzobona ibara kuko muremereza abantu imitwaro iremereye, kandi ubwanyu mutanayikozako urutoke. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)46 Na we, ati Namwe abigisha ivyagezwe muzobona ibara, kuko mwikoreza abantu imitwaro itokwikorerwa, namwe ubganyu iyo mitwaro ntimuyikozek’ urutoke na rumwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |