Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 11:45 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

45 Umwe mu bigisha b’ivyagezwe aramubwira ati: “Mwigisha, erega uvuze uko natwe uba udututse!”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

45 Umwe mu bigisha ivyagezwe aramwishura, ati Mwigisha, k’uvuze urtyo, natwe uradututse.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 11:45
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umwe muri bo w’umwigisha w’ivyagezwe, agerageza kumutega umutego, amubaza ati:


Yesu aramwishura ati: “Namwe bigisha b’ivyagezwe, muzobona ibara kuko muremereza abantu imitwaro iremereye, kandi ubwanyu mutanayikozako urutoke.


Muzobona ibara yemwe bigisha b’ivyagezwe kuko mwatwaye urupfunguruzo rwo kumenya Imana. Mwebwe ubwanyu ntimwinjiye mu Bwami, ahubwo mwabujije n’abashaka kwinjira.”


Ariko Abafarisayo n’abigisha b’ivyagezwe bo banka umugambi w’Imana kuri bo, kuko bari baranse ko Yohana ababatiza.)


Nta n’umwe muri twebwe abakuru canke Abafarisayo yamwizeye.


Isi ntishobora kubanka, ariko jewe iranyanka kuko ndayagiriza ibikorwa bibi.


Bamwe mu Bafarisayo bari kumwe na we, bumvise ayo majambo, baramubaza bati: “Ushaka kuvuga ko natwe turi impumyi?”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ