Luka 11:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe39 Maze Umwami Yesu aca amubwira ati: “Mwebwe Abafarisayo mwitwararika cane kwoza inyuma h’igikombe n’ah’isahani, ariko mwuzuye ubukunzi bw’inda n’ubugizi bwa nabi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)39 Umwami Yesu aramubgira, at’ Erega mwebge Abafarisayo mwoza inyuma y’igikombe n’inkōko, arikw imbere muri mwebge mwuzuye ubgambuzi n’ububi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |