Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 11:37 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

37 Yesu akiriko aravuga, umwe mu Bafarisayo aramutumira ngo bajane iwe amuzimane. Nuko ashitse, aja ku meza.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

37 Akibivuga, Umufarisayo aramuhamagara ngw amuzimane: arinjira, aricara ngw arye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 11:37
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Vyongeye, umubiri wawe wose niwaba mu muco, ata rugingo na rumwe ruri mu mwijima, uzokayangana nk’aho urasiwe n’umuco w’itara.”


Wa Mufarisayo aratangara cane abonye ko Yesu ariye adakaravye.


Umusi umwe, hari kw’Isabato, Yesu aja kuzimanwa mu nzu y’umwe mu bakuru b’Abafarisayo, kandi abari ngaho bose bari bamuhanze amaso, bamugenza.


Maze umwe mu Bafarisayo atumira Yesu ngo amuzimane. Nuko Yesu aragenda, yinjira mu nzu yiwe, yicara ku meza.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ