Luka 11:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Ariko iyo atewe n’uwumurusha inkomezi akamunesha, amutwara ivyo bigwanisho yari yizigiye, akamunyaga n’ivyo atunze, akabihako n’abandi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 arik’ ūmurusha inkomezi iy’ aramutse amuteye, akamunesha, amwaka ivy’ arwanisha vyose yari yizigiye, akanyaga ibintu vyiwe, akabigaba. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |