Luka 11:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Nimba Satani yigwanije, akicamwo ibice, none ubwami bwiwe bworama gute? Ibi ndabivuze kuko munyagiriza ko nirukana abadayimoni mu bushobozi bwa Beyelizebuli. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Na Satani, namba yitandukanije ubgiwe, ubgami bgiwe buzorama bute? Kuko muvuga yuko Beyezebuli ari we anshoboza gusenda abadayimoni. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |