Luka 11:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Yesu amenye ivyo bariko bariyumvira, aca ababwira ati: “Ubwami bwose bwiciyemwo ibice buba bugiye gusenyuka. Kandi iyo umuryango wiciyemwo ibice uba ugiye gusambuka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Na we amenye ivyo biyumvira, arababgira, at’ Ubgami bgose iyo bgitandukanije ubgabgo burahona, n’inzu, iyo yitandukanije, iragwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |