Luka 11:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Umusi umwe Yesu yirukanye umudayimoni yari yateye umuntu kuba ikiragi. Amuvuyemwo, wa muntu aca aravuga, maze abantu baratangara cane. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Kand’ asenda dayimoni atera uburagi: dayimoni amuvuyemwo, uno muntu w’ikiragi aravuga; ishengero riratangara. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |